caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Az-Zalzala الزلزلة

8 verses · Medina · revelation order 93

بِسْمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحْمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ إِذَا زُلْزِلَتِ ٱلْأَرْضُ زِلْزَالَهَا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIgihe isi yanyiganyijwe nya kunyiganyizwa;

See all translations of this verse →

وَأَخْرَجَتِ ٱلْأَرْضُ أَثْقَالَهَا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMaze isi igasohora ibiri muri yo vyose; abapfuye hamwe n’ubutare;

See all translations of this verse →

وَقَالَ ٱلْإِنسَٰنُ مَا لَهَا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiUmuntu akicwa n’ubwoba n’akantu abaza ati: “Mbega yemwe! Isi yashikiwe n’iki?”.

See all translations of this verse →

يَوْمَئِذٍ تُحَدِّثُ أَخْبَارَهَا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiUwo musi, isi izoshikiriza inkuru z’ivyayikoreweko vyose; vyaba ivyiza canke ibibi;

See all translations of this verse →

بِأَنَّ رَبَّكَ أَوْحَىٰ لَهَا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiKuko Imana yawe Rurema Allah Yayitegetse.

See all translations of this verse →

يَوْمَئِذٍ يَصْدُرُ ٱلنَّاسُ أَشْتَاتًا لِّيُرَوْا۟ أَعْمَٰلَهُمْ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiUwo musi, abantu bazozuka bari imigwimigwi, kugira berekwe n’Imana Allah ibikorwa vyabo, Inabibahembere.

See all translations of this verse →

فَمَن يَعْمَلْ مِثْقَالَ ذَرَّةٍ خَيْرًا يَرَهُۥ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiUwo wese rero akora iciza n’aho coba kingana n’akanyegeri, azobona indishi yaco mu buzima bw’inyuma yo gupfa.

See all translations of this verse →

وَمَن يَعْمَلْ مِثْقَالَ ذَرَّةٍ شَرًّا يَرَهُۥ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiN’uwukora ikibi n’aho coba kingana n’akanyegeri, na co nyene azobona igihano caco mu buzima bw’inyuma yo gupfa.

See all translations of this verse →

Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70