Surah Ash-Sharh الشرح
8 verses · Mecca · revelation order 12
بِسْمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحْمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ أَلَمْ نَشْرَحْ لَكَ صَدْرَكَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiMuvugishwamana! Mbega, Twebwe Allah, ntitwakwaguriye igikiriza cawe mu kuguha ukwihangana, kugira ushobore kwakira ubutumwa no kubushikiriza!
See all translations of this verse →
وَوَضَعْنَا عَنكَ وِزْرَكَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiTuraheza Tugukurako umutwaro (w’uko abantu bawe warungitsweko batotumbera inzira)!
See all translations of this verse →
ٱلَّذِىٓ أَنقَضَ ظَهْرَكَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiUmutwaro wari uremereye umugongo wawe;
See all translations of this verse →
وَرَفَعْنَا لَكَ ذِكْرَكَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiGutyo, ku kubera imigenzo myiza wahawe, Tukudugiriza icubahiro.
See all translations of this verse →
فَإِنَّ مَعَ ٱلْعُسْرِ يُسْرًا
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtuzobuzwe rero n’ibangamirwa ry’abakwanka, gushikiriza ubutumwa. Burya mu vy’ukuri, akaga n’agahengwe biragendana.
See all translations of this verse →
إِنَّ مَعَ ٱلْعُسْرِ يُسْرًا
Kirundi Translation - Yusuf GahitiBurya mu vy’ukuri, akaga n’agahengwe biragendana.
See all translations of this verse →
فَإِذَا فَرَغْتَ فَٱنصَبْ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiKubera ivyo rero, iyo uhejeje gutunganya ibikenewe mu vy’isi, senga ushimire Imana Allah;
See all translations of this verse →
وَإِلَىٰ رَبِّكَ فَٱرْغَب
Kirundi Translation - Yusuf GahitiUnatakambe cane urondera ibiri ku Mana yawe Rurema Allah.
See all translations of this verse →
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
→