caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Asr العصر

3 verses · Mecca · revelation order 13

بِسْمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحْمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ وَٱلْعَصْرِ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiJewe Allah, Ndarahiye ku gihe, kubera ibitangaza birimwo vyerekana ubushobozi bwanje!

See all translations of this verse →

إِنَّ ٱلْإِنسَٰنَ لَفِى خُسْرٍ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiKo mu vy’ukuri, zina kiremwa-muntu kiri mu ruhombo;

See all translations of this verse →

إِلَّا ٱلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ وَعَمِلُوا۟ ٱلصَّٰلِحَٰتِ وَتَوَاصَوْا۟ بِٱلْحَقِّ وَتَوَاصَوْا۟ بِٱلصَّبْرِ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiKiretse abemeye Imana Allah bagakora n'ivyiza bitegetswe, bagahanurana no kwama bashigikiye bagendera ukuri, bakanahanurana kwihangana muri ivyo vyose.

See all translations of this verse →

Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70