caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 90

Medina · revelation order 87 · 2:90

بِئْسَمَا ٱشْتَرَوْا۟ بِهِۦٓ أَنفُسَهُمْ أَن يَكْفُرُوا۟ بِمَآ أَنزَلَ ٱللَّهُ بَغْيًا أَن يُنَزِّلَ ٱللَّهُ مِن فَضْلِهِۦ عَلَىٰ مَن يَشَآءُ مِنْ عِبَادِهِۦ فَبَآءُو بِغَضَبٍ عَلَىٰ غَضَبٍ وَلِلْكَٰفِرِينَ عَذَابٌ مُّهِينٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi bibi cane ivyo biguze bagahitamwo umuriro udahera, bitewe no kugarariza Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), no guhakana bivuye inyuma ivyo Imana Allah Yayimanuriye muri Qor’ani, kubera urwanko rw’akarenganyo rw’uko Imana Allah Yomanurira Qor’ani uwo Ishaka mu biremwa vyayo, atari muri Bene Israyeli. Kubera ivyo rero, bari bakwiye ishavu ry’Imana ryiyongera kw’ishavu ritewe no guhindagura ibiri muri Tawurati. Burya rero abagararije ubutumwa bwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) barategekanirijwe ibihano bisuzuguza.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70