caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 272

Medina · revelation order 87 · 2:272

لَّيْسَ عَلَيْكَ هُدَىٰهُمْ وَلَٰكِنَّ ٱللَّهَ يَهْدِى مَن يَشَآءُ وَمَا تُنفِقُوا۟ مِنْ خَيْرٍ فَلِأَنفُسِكُمْ وَمَا تُنفِقُونَ إِلَّا ٱبْتِغَآءَ وَجْهِ ٱللَّهِ وَمَا تُنفِقُوا۟ مِنْ خَيْرٍ يُوَفَّ إِلَيْكُمْ وَأَنتُمْ لَا تُظْلَمُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Ntujejwe gushoboza abagarariji kurongoka, ariko rero Imana Allah Ishoboza kurongoka mu nzira yayo uwo Ishatse. Ico cose mutanga mu matungo muzogihemberwa ku neza yanyu, kanatsinda mwebwe mwemera, nta n’ico mutanga kiretse ku kurondera gushimwa n’Imana Allah. Ico ari co cose rero mutanze mu matungo muzohabwa indishi yaco, kandi ntimuzorenganywa mu kurenza urugero rw’ibihano canke mu kugabanywa indishi.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70