caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 251

Medina · revelation order 87 · 2:251

فَهَزَمُوهُم بِإِذْنِ ٱللَّهِ وَقَتَلَ دَاوُۥدُ جَالُوتَ وَءَاتَىٰهُ ٱللَّهُ ٱلْمُلْكَ وَٱلْحِكْمَةَ وَعَلَّمَهُۥ مِمَّا يَشَآءُ وَلَوْلَا دَفْعُ ٱللَّهِ ٱلنَّاسَ بَعْضَهُم بِبَعْضٍ لَّفَسَدَتِ ٱلْأَرْضُ وَلَٰكِنَّ ٱللَّهَ ذُو فَضْلٍ عَلَى ٱلْعَٰلَمِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi ho rero bahavuye babatsinda ku bushobozi bw’Imana Allah, Dawudi (nyakugira amahoro y’Imana Allah) araheza arica Jaluti umukuru w’izo ngabo, maze Imana Allah Ica Imuha ubwami n’ubutumwa kuri Bene Israyeli, Imwigisha n’ivyo Ishaka mu bumenyi. Iyo rero Imana Allah Itaja Iraha inkomezi abemeramana ngo batsinde abagarariji, isi yari kwuzura ubwononyi bitewe n’ukuganza kw’abagarariji, ariko rero Imana Allah ni Nyeningabirano ku biremwa vyose.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70