caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Yunus, Verse 71

Mecca · revelation order 51 · 10:71

وَٱتْلُ عَلَيْهِمْ نَبَأَ نُوحٍ إِذْ قَالَ لِقَوْمِهِۦ يَٰقَوْمِ إِن كَانَ كَبُرَ عَلَيْكُم مَّقَامِى وَتَذْكِيرِى بِـَٔايَٰتِ ٱللَّهِ فَعَلَى ٱللَّهِ تَوَكَّلْتُ فَأَجْمِعُوٓا۟ أَمْرَكُمْ وَشُرَكَآءَكُمْ ثُمَّ لَا يَكُنْ أَمْرُكُمْ عَلَيْكُمْ غُمَّةً ثُمَّ ٱقْضُوٓا۟ إِلَىَّ وَلَا تُنظِرُونِ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Cira agace abagarariji b’i Makka ku nkuru ya Nuhu (nyakugira amahoro y’Imana Allah) hamwe n’abantu yarungitsweko, igihe yabwira abantu biwe ati: “Emwe bantu banje! Nimwaba mubangamiwe n’ukuba ndi kumwe na mwe, n’ukubibutsa ivyemezo vy’uko Imana Allah ari Imwe Rudende, nimumenye ko jewe nishimikije Imana Allah nkayizera, enda nyabuna rero, nimugire ico mupfunditse, mwebwe hamwe n’abo mucuditse, kandi ntimubigire mu mpisho ngo mwiyorobeke, muheze rero mumpe igihano mwipfuza, ntimundindirize n’akanya na gato;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70