caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah At-Tawba, Verse 94

Medina · revelation order 113 · 9:94

يَعْتَذِرُونَ إِلَيْكُمْ إِذَا رَجَعْتُمْ إِلَيْهِمْ قُل لَّا تَعْتَذِرُوا۟ لَن نُّؤْمِنَ لَكُمْ قَدْ نَبَّأَنَا ٱللَّهُ مِنْ أَخْبَارِكُمْ وَسَيَرَى ٱللَّهُ عَمَلَكُمْ وَرَسُولُهُۥ ثُمَّ تُرَدُّونَ إِلَىٰ عَٰلِمِ ٱلْغَيْبِ وَٱلشَّهَٰدَةِ فَيُنَبِّئُكُم بِمَا كُنتُمْ تَعْمَلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBemeramana! Igihe mwagarutse muvuye ku rugamba rwa Tabuuki, abasivye kuri rwo bazobireguzako ikinyoma. Ntumwa y’Imana! Uraheza rero ubishure uti: “Ntimwirirwe muriregura, mu vy’ukuri ivyanyu Imana Allah Yamaze kubitumenyesha. N’aho mwokwiregura rero, ntiturota tubemera namba. Kubera ivyo rero, Imana Allah n’Intumwa yayo bazoraba ko mwikebuka mukigaya. Nimwatsimbatara ku buryarya naho, Imana Allah Izoheza Igaragarize abantu uburyarya bwanyu mukiri kw’isi; mumaze gupfa naho muzosubizwe ku Mana Allah Rumenyi rw’ibinyegeje n’ibiboneka, Iheze Ibahembere ivyo mwakoze”;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70