وَإِذَا رَأَيْتَ ٱلَّذِينَ يَخُوضُونَ فِىٓ ءَايَٰتِنَا فَأَعْرِضْ عَنْهُمْ حَتَّىٰ يَخُوضُوا۟ فِى حَدِيثٍ غَيْرِهِۦ وَإِمَّا يُنسِيَنَّكَ ٱلشَّيْطَٰنُ فَلَا تَقْعُدْ بَعْدَ ٱلذِّكْرَىٰ مَعَ ٱلْقَوْمِ ٱلظَّٰلِمِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Niwabona ababangikanyamana bateramye baganira mu gutyoza no guhakana Aayah za Qor’ani, uraheza ubirengagize ntiwicarane na bo gushika batandukiriye ibindi biganiro; nivyashika naho shetani ikakwibagiza guhaguruka, umaze kwibuka, ntuzoheze ngo wicarane n’abirenganya mu kuganira batyoza Aayah za Qor’ani.