caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-An'aam, Verse 69

Mecca · revelation order 55 · 6:69

وَمَا عَلَى ٱلَّذِينَ يَتَّقُونَ مِنْ حِسَابِهِم مِّن شَىْءٍ وَلَٰكِن ذِكْرَىٰ لَعَلَّهُمْ يَتَّقُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbatinya Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo, ntibajejwe namba indishi y’abaganira mu gutyoza no guhakana Aayah za Qor’ani, ariko ico bajejwe, ni ukubahanura kugira batinye Imana Allah, maze bareke gutyoza Aayah zayo.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70