قَالَ تَٱللَّهِ إِن كِدتَّ لَتُرْدِينِ Kirundi Translation - Yusuf GahitiAca avuga abwira nya mugenzi wiwe ati: “Ndarahiye kw’izina ry’Imana Allah, ko wahatswe kumpubisha ngahona iyo ndakwumvira;