caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 234

Medina · revelation order 87 · 2:234

وَٱلَّذِينَ يُتَوَفَّوْنَ مِنكُمْ وَيَذَرُونَ أَزْوَٰجًا يَتَرَبَّصْنَ بِأَنفُسِهِنَّ أَرْبَعَةَ أَشْهُرٍ وَعَشْرًا فَإِذَا بَلَغْنَ أَجَلَهُنَّ فَلَا جُنَاحَ عَلَيْكُمْ فِيمَا فَعَلْنَ فِىٓ أَنفُسِهِنَّ بِٱلْمَعْرُوفِ وَٱللَّهُ بِمَا تَعْمَلُونَ خَبِيرٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiN’abapfuye muri mwebwe abagabo bagasiga abakenyezi, abapfakazi bategetswe kugandarira abagabo babo ikiringo c’amezi ane n’imisi cumi[44]. Ico kiringo nibagiheza, nta caha kuri mwebwe muhagarikiye umuryango ku vyo bokora ku neza mu kwidegemvya mu ruja n’uruza, gushaza no kwabirwa bubahirije amategeko. Burya Imana Allah ivyo mukora vyose Irabizi, ni Muhetuziwavyose, kandi Izobibahembera.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70