caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah At-Tawba, Verse 61

Medina · revelation order 113 · 9:61

وَمِنْهُمُ ٱلَّذِينَ يُؤْذُونَ ٱلنَّبِىَّ وَيَقُولُونَ هُوَ أُذُنٌ قُلْ أُذُنُ خَيْرٍ لَّكُمْ يُؤْمِنُ بِٱللَّهِ وَيُؤْمِنُ لِلْمُؤْمِنِينَ وَرَحْمَةٌ لِّلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ مِنكُمْ وَٱلَّذِينَ يُؤْذُونَ رَسُولَ ٱللَّهِ لَهُمْ عَذَابٌ أَلِيمٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu ndyarya kandi, harimwo ababangamira Intumwa y’Imana mu majambo bakanavuga ko yumviriza ico ari co cose ibwiwe ikacemera ukwo. Muvugishwamana! Zibwire uti: “Muhamadi ni ugutwi kwumviriza iciza iyo kizanana hose ku neza yanyu; yemera Imana Allah, akemera n’ukuri gushikirijwe n’abemeramana, akaba n’impuhwe ku bemeramana bamukurikiye muri mwebwe”. Burya, ababangamira Intumwa y’Imana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) mu buryo ubwo ari bwo bwose, barategekanirijwe ibihano bibabaza cane.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70