caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Anfaal, Verse 21

Medina · revelation order 88 · 8:21

وَلَا تَكُونُوا۟ كَٱلَّذِينَ قَالُوا۟ سَمِعْنَا وَهُمْ لَا يَسْمَعُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBemeramana! Eka ntimukabe nk’ababangikanyamana n’indyarya mu guca kubiri n’amabwirizwa y’Imana Allah n’Intumwa yayo Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), igihe basomerwa Qor’ani bavuze bati: “Twumvise”, kandi batigeze bategera namba ivyo bumvise ngo babizirikane.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70