caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-An'aam, Verse 137

Mecca · revelation order 55 · 6:137

وَكَذَٰلِكَ زَيَّنَ لِكَثِيرٍ مِّنَ ٱلْمُشْرِكِينَ قَتْلَ أَوْلَٰدِهِمْ شُرَكَآؤُهُمْ لِيُرْدُوهُمْ وَلِيَلْبِسُوا۟ عَلَيْهِمْ دِينَهُمْ وَلَوْ شَآءَ ٱللَّهُ مَا فَعَلُوهُ فَذَرْهُمْ وَمَا يَفْتَرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi nk’uko nyene rero shetani - yoheje ababangikanyamana kugena umugabane w’Imana Allah n’uw’ibigirwamana - yaryohereje benshi mu babangikanyamana kwica abana babo ku mvo zo gutinya ubukene, kugira bagwe mu bihano bihonya vyo kwica kiremwa-muntu ku karenganyo, no kugira bazazanirwe mw’idini ryabo, baheze bahube. Iyo Imana Allah Ishaka rero ko bitaba, ntibari kuzazanirwa namba mw’idini ryabo, kuko Izi mu vyagezwe ububegito bwabo. Ntumwa y’Imana! Bareke rero n’ivyo barementanya, Imana Allah Izorubacira.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70