caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Ash-Shura, Verse 52

Mecca · revelation order 62 · 42:52

وَكَذَٰلِكَ أَوْحَيْنَآ إِلَيْكَ رُوحًا مِّنْ أَمْرِنَا مَا كُنتَ تَدْرِى مَا ٱلْكِتَٰبُ وَلَا ٱلْإِيمَٰنُ وَلَٰكِن جَعَلْنَٰهُ نُورًا نَّهْدِى بِهِۦ مَن نَّشَآءُ مِنْ عِبَادِنَا وَإِنَّكَ لَتَهْدِىٓ إِلَىٰ صِرَٰطٍ مُّسْتَقِيمٍ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMuvugishwamana! Twaguhishuriye Qor’ani ivuye iwacu, nka kurya Twahishuriye Abavugishwamana bo hambere yawe; imbere y’iryo hishurirwa rero, ntiwari uzi Ibitabu bahishuriwe, eka mbere ntiwari uzi n’ukwemera canke amabwirizwa ico ari co! Ariko rero, Twagize Qor’ani kuba umuco Turongoza uwo Dushatse muri bo mu nzira igororotse. Ntumwa y’Imana! Ni ukuri wewe, uratomorera abantu ibibashikana mu nzira igororotse y’ubwislamu;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70