caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 90

Medina · revelation order 92 · 4:90

إِلَّا ٱلَّذِينَ يَصِلُونَ إِلَىٰ قَوْمٍۭ بَيْنَكُمْ وَبَيْنَهُم مِّيثَٰقٌ أَوْ جَآءُوكُمْ حَصِرَتْ صُدُورُهُمْ أَن يُقَٰتِلُوكُمْ أَوْ يُقَٰتِلُوا۟ قَوْمَهُمْ وَلَوْ شَآءَ ٱللَّهُ لَسَلَّطَهُمْ عَلَيْكُمْ فَلَقَٰتَلُوكُمْ فَإِنِ ٱعْتَزَلُوكُمْ فَلَمْ يُقَٰتِلُوكُمْ وَأَلْقَوْا۟ إِلَيْكُمُ ٱلسَّلَمَ فَمَا جَعَلَ ٱللَّهُ لَكُمْ عَلَيْهِمْ سَبِيلًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAriko rero, abantu bafitaniye imigenderanire na zo musanzwe mufitaniye amasezerano yo kudasotorana, canke abanse kubarwanya mwebwe canke kurwanya benewabo, bagashoka baza babagana batagira aho begamiye, abo ntimuzobarwanye. Iyo rero Imana Allah Ishaka, ni ukuri Yari kubagerageza mu kubagomora mu ndwano, maze bakabarwanya bafadikanije n’abansi banyu mu babangikanyamana, ariko rero ntiyabigize ku mpuhwe zayo. Nibaramuka baretse kubarwanya rero bakaza bishikanye, aho nta burenganzira Imana Allah Yabahaye bwo kubarwanya.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70