caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 113

Medina · revelation order 92 · 4:113

وَلَوْلَا فَضْلُ ٱللَّهِ عَلَيْكَ وَرَحْمَتُهُۥ لَهَمَّت طَّآئِفَةٌ مِّنْهُمْ أَن يُضِلُّوكَ وَمَا يُضِلُّونَ إِلَّآ أَنفُسَهُمْ وَمَا يَضُرُّونَكَ مِن شَىْءٍ وَأَنزَلَ ٱللَّهُ عَلَيْكَ ٱلْكِتَٰبَ وَٱلْحِكْمَةَ وَعَلَّمَكَ مَا لَمْ تَكُن تَعْلَمُ وَكَانَ فَضْلُ ٱللَّهِ عَلَيْكَ عَظِيمًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Iyo hataba impano n’impuhwe z’Imana Allah mu kukugira Umuvugishwamana, Igaheza Ikanagukingira, mu bihemukiye hari kuvamwo umugwi wita ku rutare kugira ngo uguhubishe inzira y’ukuri, kira noneho uwo mugwi nta n’uwo wari guhubisha kiretse ukwihubisha wo wonyene, eka nta n’ico wokwiciye kuko wewe ukingiwe, kira noneho Imana Allah Yaranakumanuriye Igitabu ca Qor’ani, Iguha inyigisho n’imigenzo biyitomora, maze Ikwigisha n’ivyo utari uzi. Burya impano z’Imana Allah Yakugeneye zamye zihambaye.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70