وَيَوْمَ تَقُومُ ٱلسَّاعَةُ يُبْلِسُ ٱلْمُجْرِمُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiN'igihe umuhero w’isi wageze, abanyavyaha barenga ku mabwirizwa y’Imana Allah, bazokwihebura ko batarokoka mu bihano, maze bijirirwe.
وَيَوْمَ تَقُومُ ٱلسَّاعَةُ يُبْلِسُ ٱلْمُجْرِمُونَ