caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Aal-i-Imraan, Verse 81

Medina · revelation order 89 · 3:81

وَإِذْ أَخَذَ ٱللَّهُ مِيثَٰقَ ٱلنَّبِيِّـۧنَ لَمَآ ءَاتَيْتُكُم مِّن كِتَٰبٍ وَحِكْمَةٍ ثُمَّ جَآءَكُمْ رَسُولٌ مُّصَدِّقٌ لِّمَا مَعَكُمْ لَتُؤْمِنُنَّ بِهِۦ وَلَتَنصُرُنَّهُۥ قَالَ ءَأَقْرَرْتُمْ وَأَخَذْتُمْ عَلَىٰ ذَٰلِكُمْ إِصْرِى قَالُوٓا۟ أَقْرَرْنَا قَالَ فَٱشْهَدُوا۟ وَأَنَا۠ مَعَكُم مِّنَ ٱلشَّٰهِدِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Ibuka igihe Imana Allah Yaha isezerano Abavugishwamana bose Iti: “Ninabaha Igitabu n’ubutore bwo gushika ku kuri mu mvugo n’ingiro, hanyuma Nkabarungikira Intumwa ishimangira ukuri musanganywe, ko mutegerezwa kuyemera no kuyitabara”, maze Imana Allah Ikababaza bose Iti: “None iryo sezerano, mwaryemeye muremanga kuryubahiriza?”. Barishuye bati: “Ego cane! Twemanze kuryubahiriza”. Imana Allah Ica Ivuga Iti: “Nimwibere rero ivyabona ku vyo dusezeranye, mubere n’ivyabona abantu banyu kuri iryo sezerano, nanje Ndi kumwe na mwe mu vyabona bizobagiriza mwese[13]”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70