caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Aal-i-Imraan, Verse 75

Medina · revelation order 89 · 3:75

وَمِنْ أَهْلِ ٱلْكِتَٰبِ مَنْ إِن تَأْمَنْهُ بِقِنطَارٍ يُؤَدِّهِۦٓ إِلَيْكَ وَمِنْهُم مَّنْ إِن تَأْمَنْهُ بِدِينَارٍ لَّا يُؤَدِّهِۦٓ إِلَيْكَ إِلَّا مَا دُمْتَ عَلَيْهِ قَآئِمًا ذَٰلِكَ بِأَنَّهُمْ قَالُوا۟ لَيْسَ عَلَيْنَا فِى ٱلْأُمِّيِّـۧنَ سَبِيلٌ وَيَقُولُونَ عَلَى ٱللَّهِ ٱلْكَذِبَ وَهُمْ يَعْلَمُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBurya mu bayahudi bahawe Igitabu, harimwo uwo uramutse umwizeye ukamubitsa amatungo menshi ayagusubiza adahemutse; harimwo rero n’uwo ugize ngo uramwizeye ukamubitsa idinari rimwe ahemuka, ntarigusubize kiretse igihe umwishuje n’agahato. Ivyo biterwa n’uko bihagira amatungo y’abandi bakavuga bati: “Nta caha kuri twebwe kiri mu kwihereza amatungo y’abatazi gusoma no kwandika”, bakanavuga babeshera Imana Allah ko Yabarekuriye kwihereza nya matungo kandi bazi ko babesha.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70