caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 96

Medina · revelation order 87 · 2:96

وَلَتَجِدَنَّهُمْ أَحْرَصَ ٱلنَّاسِ عَلَىٰ حَيَوٰةٍ وَمِنَ ٱلَّذِينَ أَشْرَكُوا۟ يَوَدُّ أَحَدُهُمْ لَوْ يُعَمَّرُ أَلْفَ سَنَةٍ وَمَا هُوَ بِمُزَحْزِحِهِۦ مِنَ ٱلْعَذَابِ أَن يُعَمَّرَ وَٱللَّهُ بَصِيرٌۢ بِمَا يَعْمَلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi ukuri, uzobasanga bahurumbira cane ubuzima bwo kw’isi uko buri kwose, mbere bakabuhurumbira gusumba kurya buhurumbirwa n’ababangikanyamana. Umwe wese muri bo rero yipfuza ko yoramba akabaho imyaka igihumbi, kandi n’aho yoramba iyo myaka, ntibizomubuza guhanwa. Burya rero Imana Allah ni Nyenukubona, Irabona neza ivyo bakora, kandi Izobibahembera.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70