caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 243

Medina · revelation order 87 · 2:243

أَلَمْ تَرَ إِلَى ٱلَّذِينَ خَرَجُوا۟ مِن دِيَٰرِهِمْ وَهُمْ أُلُوفٌ حَذَرَ ٱلْمَوْتِ فَقَالَ لَهُمُ ٱللَّهُ مُوتُوا۟ ثُمَّ أَحْيَٰهُمْ إِنَّ ٱللَّهَ لَذُو فَضْلٍ عَلَى ٱلنَّاسِ وَلَٰكِنَّ أَكْثَرَ ٱلنَّاسِ لَا يَشْكُرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Mbega ntiwamenye inkuru y’abataye izabo, bagahunga ari ibihumbi n’ibihumbagiza batinya kwicwa n’indwara y’akaranda canke indwano y’akaranda, hanyuma Imana Allah Ikababwira Iti: “Nimupfe”, bagaca bapfira rimwe bose, hanyuma Ibasubiza ubuzima kugira ngo bakwize imyaka Yabageneye kubaho, kugira bikebuke, bigaye! Mu vy’ukuri, Imana Allah ni Nyeningabirano nyinshi ku bantu, ariko rero abenshi mu bantu ntibashima.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70