caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 244

Medina · revelation order 87 · 2:244

وَقَٰتِلُوا۟ فِى سَبِيلِ ٱللَّهِ وَٱعْلَمُوٓا۟ أَنَّ ٱللَّهَ سَمِيعٌ عَلِيمٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBislamu! Nimurwanire idini ry’Imana Allah, muheze mumenye kandi ko Imana Allah ari Nyenukwumva, Irumva ivyo muvuga; Nyenubumenyikurivyose, Irazi ivyo mukora n’ivyo muzirikana.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70