caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Yunus, Verse 20

Mecca · revelation order 51 · 10:20

وَيَقُولُونَ لَوْلَآ أُنزِلَ عَلَيْهِ ءَايَةٌ مِّن رَّبِّهِۦ فَقُلْ إِنَّمَا ٱلْغَيْبُ لِلَّهِ فَٱنتَظِرُوٓا۟ إِنِّى مَعَكُم مِّنَ ٱلْمُنتَظِرِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbagarariji bavuga ku guhakana n'akantu bati: “Muhamadi ntiyari gupfuma amanurirwa n’Imana yiwe Rurema Allah igitangaro gifadika cemeza ukuri kwiwe; nk’inkoni yahawe Musa, canke ingamiya yururukirijwe Swalehe!”. Ntumwa y’Imana! Bishure uti: “Ubumenyi bw’ibinyegejwe, ni ubw’Imana Allah, ni Yo Izi igihe bikenerwa ko Imanura ikimenyetso gifadika. Kubera ivyo rero, nimurindire ingingo y’Imana Allah ku bigaba canke ku bagororotsi, nanje mu vy’ukuri ndarindiriye hamwe na mwe”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70