إِيَّاكَ نَعْبُدُ وَإِيَّاكَ نَسْتَعِينُ Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi Wewe gusa twiyegereza mu vyo dukora vyose tukanagusenga, kandi ni Wewe gusa dutakambira mu gusaba imfashanyo.