لَا يَرْقُبُونَ فِى مُؤْمِنٍ إِلًّا وَلَا ذِمَّةً وَأُو۟لَٰٓئِكَ هُمُ ٱلْمُعْتَدُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbabangikanyamana mu kurwanya ubwislamu, ntibubaha ngo bubahirize ubucuti mufitaniye, eka nta n’isezerano bubahiriza. Abo ni na bo rero barangwa n’akarenganyo.