ٱشْتَرَوْا۟ بِـَٔايَٰتِ ٱللَّهِ ثَمَنًا قَلِيلًا فَصَدُّوا۟ عَن سَبِيلِهِۦٓ إِنَّهُمْ سَآءَ مَا كَانُوا۟ يَعْمَلُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiBagujije Aayah z’Imana Allah ku kiguzi gito c’ivy’isi, baraheza barwanya ukuri baburagiza abantu kwinjira mu bwislamu. Mu vy’ukuri, ni bibi cane ivyo bakora.