caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 145

Mecca · revelation order 39 · 7:145

وَكَتَبْنَا لَهُۥ فِى ٱلْأَلْوَاحِ مِن كُلِّ شَىْءٍ مَّوْعِظَةً وَتَفْصِيلًا لِّكُلِّ شَىْءٍ فَخُذْهَا بِقُوَّةٍ وَأْمُرْ قَوْمَكَ يَأْخُذُوا۟ بِأَحْسَنِهَا سَأُو۟رِيكُمْ دَارَ ٱلْفَٰسِقِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiTwebwe Allah, Twarahaye Musa muri Tawurati ingingo nkenerwa mw’idini ryiwe, kugira zibe urwibutso n’itomora ry’amabwirizwa y’ibirekuwe n’ibizira, ukwemera n’inkuru z’ab’aho hambere. Musa! Kubera ivyo rero, fata nkama ayo mabwirizwa, uheze uyubahirize ata guhesha, unabwirize n’abantu bawe warungitsweko kuyubahiriza. Uwuzohirahira muri bo akayarengako, Nzoheza Ndamwereke mu buzima bw’inyuma yo gupfa icumbi ry’ibigaba birenga ku mabwirizwa yanje.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70