caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-An'aam, Verse 139

Mecca · revelation order 55 · 6:139

وَقَالُوا۟ مَا فِى بُطُونِ هَٰذِهِ ٱلْأَنْعَٰمِ خَالِصَةٌ لِّذُكُورِنَا وَمُحَرَّمٌ عَلَىٰٓ أَزْوَٰجِنَا وَإِن يَكُن مَّيْتَةً فَهُمْ فِيهِ شُرَكَآءُ سَيَجْزِيهِمْ وَصْفَهُمْ إِنَّهُۥ حَكِيمٌ عَلِيمٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBaranavuze kandi bati: “Ibitungwa bifise amezi biramutse bivyaye imyagazi ikomeye, iyo myagazi izoba igenewe gusa abagabo muri twebwe, izoba iziririjwe ku bagore bacu”; mu gihe iyo myagazi ivyawe yapfuye, baraheza bakayisangira. Imana Allah Izobahembera rero iryo zirura n’iziririza ritigeze rigirwa na Yo. Mu vy’ukuri, ni Yo Ntungane mu vyo Ikora, Nyenubumenyikurivyose, Irazi indishi ikwiye umwe wese mu biremwa.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70