أَلَّا تَزِرُ وَازِرَةٌ وِزْرَ أُخْرَىٰ Kirundi Translation - Yusuf GahitiKo ata muntu azohanirwa icaha ca mugenziwe, akazobazwa ku vyo yakoze ku gatwe kiwe;