caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Ad-Dukhaan, Verse 54

Mecca · revelation order 64 · 44:54

كَذَٰلِكَ وَزَوَّجْنَٰهُم بِحُورٍ عِينٍ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twahaye abagamburukiramana Ubwami bw’ijuru Tukabambika n’impuzu z’iteka - Tuzobatera n’iteka ryo kubashingira abakenyezi bo mu Bwami bw’ijuru, barangwa n’ubwiza bw’akataraboneka (Hururayini);
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70