يَدْعُونَ فِيهَا بِكُلِّ فَٰكِهَةٍ ءَامِنِينَ Kirundi Translation - Yusuf GahitiMuri Bwo, bazosaba guherezwa amoko yose y’ivyamwa bipfuza, batekaniwe ku kuba nya vyamwa bitigera bihundura;