caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Ad-Dukhaan, Verse 12

Mecca · revelation order 64 · 44:12

رَّبَّنَا ٱكْشِفْ عَنَّا ٱلْعَذَابَ إِنَّا مُؤْمِنُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBagaheza bagasaba gukurwako nya gihano batakamba bati: “Mana yacu Rurema Allah! Turagusavye Udukureko kino gihano. Uramutse Ukidukuyeko, ni ukuri twoca tukwemeraˮ.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70