يَغْشَى ٱلنَّاسَ هَٰذَا عَذَابٌ أَلِيمٌ Kirundi Translation - Yusuf GahitiUgahwikira abantu bose, maze bakabwirwa bati: “Iki rero, ni co gihano kibabaza cane”;