وَقَالُوا۟ نَحْنُ أَكْثَرُ أَمْوَٰلًا وَأَوْلَٰدًا وَمَا نَحْنُ بِمُعَذَّبِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiBakinamura n’amanyama n’akantu bati: “No mu vyerekana ko Imana Allah Itwishimiye, ni uko Yaduteye iteka mu kuturonsa amatungo n’abana benshi kubasumba, kandi rero ntiturota duhanwa, haba ng’aha kw’isi canke mu buzima bw’inyuma yo gupfa”.