caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Saba, Verse 34

Mecca · revelation order 58 · 34:34

وَمَآ أَرْسَلْنَا فِى قَرْيَةٍ مِّن نَّذِيرٍ إِلَّا قَالَ مُتْرَفُوهَآ إِنَّا بِمَآ أُرْسِلْتُم بِهِۦ كَٰفِرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtitwigeze Dutuma Intumwa irarikira abantu bo mu gacimbiri kanaka kwemera Imana Imwe Rudende Allah, ikanabagabisha ku bihano vyayo, kiretse ko abatewe iteka bagatwarwa n’ivy’isi, baca bavuga bati: “Mu vy’ukuri ga mwa Ntumwa mwe! Twebwe turagararije ivyo mwarungikanywe”;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70