caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Saba, Verse 31

Mecca · revelation order 58 · 34:31

وَقَالَ ٱلَّذِينَ كَفَرُوا۟ لَن نُّؤْمِنَ بِهَٰذَا ٱلْقُرْءَانِ وَلَا بِٱلَّذِى بَيْنَ يَدَيْهِ وَلَوْ تَرَىٰٓ إِذِ ٱلظَّٰلِمُونَ مَوْقُوفُونَ عِندَ رَبِّهِمْ يَرْجِعُ بَعْضُهُمْ إِلَىٰ بَعْضٍ ٱلْقَوْلَ يَقُولُ ٱلَّذِينَ ٱسْتُضْعِفُوا۟ لِلَّذِينَ ٱسْتَكْبَرُوا۟ لَوْلَآ أَنتُمْ لَكُنَّا مُؤْمِنِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbagararije na bo bavuze bati: “Ntiturota twemera iyi Qor’ani, eka ntitunarota twemera n’Ibitabu vya Tawurati, Injili na Zaburi vyamanuwe imbere yayo”. Ntumwa y’Imana! Iyo uba wobona ukuntu abirenganije mu kugarariza bahagaritswe imbere y’Imana yabo Rurema Allah kugira Ibaharurire, baharira hagati yabo mu gutanako imiragwe, wobonye igitangaza giteye ubwoba; aho abacinyijwe bavuga babwira abagize amanyama bakihambaza mu kubahubisha bati: “Iyo hataba mwebwe mwaduhubishije, ni ukuri twari kuba abemeramana koko”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70