caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Qasas, Verse 29

Mecca · revelation order 49 · 28:29

فَلَمَّا قَضَىٰ مُوسَى ٱلْأَجَلَ وَسَارَ بِأَهْلِهِۦٓ ءَانَسَ مِن جَانِبِ ٱلطُّورِ نَارًا قَالَ لِأَهْلِهِ ٱمْكُثُوٓا۟ إِنِّىٓ ءَانَسْتُ نَارًا لَّعَلِّىٓ ءَاتِيكُم مِّنْهَا بِخَبَرٍ أَوْ جَذْوَةٍ مِّنَ ٱلنَّارِ لَعَلَّكُمْ تَصْطَلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMusa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) amaze gukwiza ikiringo c’imyaka cumi, agafata urugendo agaruka muri Misiri ari kumwe n’umuryango wiwe, yabonye umucanwa waka mw’ijoro hambavu y’umusozi Twuuri Sinayi, aca abwira umuryango wiwe ati: “Nimundindire gato, ni ukuri jewe nabonye umucanwa, hari n’aho nobazanira inkuru ituzimurura, canke nkabazanira igishirira kugira mwote”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70