caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Muminoon, Verse 27

Mecca · revelation order 74 · 23:27

فَأَوْحَيْنَآ إِلَيْهِ أَنِ ٱصْنَعِ ٱلْفُلْكَ بِأَعْيُنِنَا وَوَحْيِنَا فَإِذَا جَآءَ أَمْرُنَا وَفَارَ ٱلتَّنُّورُ فَٱسْلُكْ فِيهَا مِن كُلٍّ زَوْجَيْنِ ٱثْنَيْنِ وَأَهْلَكَ إِلَّا مَن سَبَقَ عَلَيْهِ ٱلْقَوْلُ مِنْهُمْ وَلَا تُخَٰطِبْنِى فِى ٱلَّذِينَ ظَلَمُوٓا۟ إِنَّهُم مُّغْرَقُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi ho rero Twebwe Allah, Twahishurira Nuhu Tukamubwira Duti: “Baza kw’itegeko ryacu ubwato ku mugaragaro, aho Twebwe Allah Tubona n’amaso yacu kuko ukingiwe. Igihe itegeko ryacu ryo kubahonya ryageze, maze hakaboneka imbizi izananye mw’ifuru, uraheza ushire mu bwato igitsina-gabo n’igitsina-gore kuri buri bwoko bwose bw’ibiremwa, wongere ushiremwo n’umuryango wawe, kiretse umugore wawe n’umuhungu wawe bamaze kwagirwa n’ibihano, kandi ntuhirahire ngo unsabe ko notenyenya guhana abirenganije, kuko mu vy’ukuri bazotwarwa n’isegenya.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70