caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 24

Medina · revelation order 87 · 2:24

فَإِن لَّمْ تَفْعَلُوا۟ وَلَن تَفْعَلُوا۟ فَٱتَّقُوا۟ ٱلنَّارَ ٱلَّتِى وَقُودُهَا ٱلنَّاسُ وَٱلْحِجَارَةُ أُعِدَّتْ لِلْكَٰفِرِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNimutabigira, kandi nta n’ivyo muzoshobora, muraheza rero mwiyubare ibihano vy’umuriro udahera wa Jahannamu, muheze mwemere Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) maze mugamburukire Imana Allah. Ivyegenyezo vya nya muriro ni abantu n’amabuye. Wateguriwe abagarariji.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70