caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 23

Medina · revelation order 87 · 2:23

وَإِن كُنتُمْ فِى رَيْبٍ مِّمَّا نَزَّلْنَا عَلَىٰ عَبْدِنَا فَأْتُوا۟ بِسُورَةٍ مِّن مِّثْلِهِۦ وَٱدْعُوا۟ شُهَدَآءَكُم مِّن دُونِ ٱللَّهِ إِن كُنتُمْ صَٰدِقِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNimwaba mufise amakenga yuko Twamanuriye Qor’ani Intumwa yacu (Muhamadi nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), murazana rero igisomwa kimwe gusa gisa canke gisusa na Qor’ani, kandi murarike n’abantu bababere ivyabona hatarimwo Imana Allah, nimwaba muri imvugakuri mw’ihakana ryanyu rya Qor’ani.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70