caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 227

Medina · revelation order 87 · 2:227

وَإِنْ عَزَمُوا۟ ٱلطَّلَٰقَ فَإِنَّ ٱللَّهَ سَمِيعٌ عَلِيمٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNibapfundika ingingo yo kwahukana naho, bakaguma ku ndahiro yabo y’ukutarangura amabanga y’abubatse muri nya kiringo, mu vy’ukuri Imana Allah Irumva ivyo bavuga, Irazi neza n’ivyo bazirikana, kandi Izobibahembera.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70