ذَٰلِكَ ٱلْكِتَٰبُ لَا رَيْبَ فِيهِ هُدًى لِّلْمُتَّقِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiIco Gitabu ca Qor’ani nta makenga kirimwo kuko camanuwe n’Imana Allah. Ni uburongozi ku bagamburukiramana.
ذَٰلِكَ ٱلْكِتَٰبُ لَا رَيْبَ فِيهِ هُدًى لِّلْمُتَّقِينَ