caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 152

Medina · revelation order 87 · 2:152

فَٱذْكُرُونِىٓ أَذْكُرْكُمْ وَٱشْكُرُوا۟ لِى وَلَا تَكْفُرُونِ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiKubera ivyo vyose rero, nimuninahaze mwongere muntazire, Nzobayaga neza Ndabahe n’indishi ibakwiye, muheze rero kandi munshimire mu mvugo n’ingiro, kandi ntimukangararize mu kwihakana inema zanje nabahaye.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70