caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Ibrahim, Verse 15

Mecca · revelation order 72 · 14:15

وَٱسْتَفْتَحُوا۟ وَخَابَ كُلُّ جَبَّارٍ عَنِيدٍ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi ho rero Intumwa zatumbera Imana Allah ziyisaba ko Yoziha intsinzi, maze Imana Allah Irazumvira, gutyo uwo wese yigira igihangange c’intumva, arahanwa bikwiye;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70