caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Yusuf, Verse 111

Mecca · revelation order 53 · 12:111

لَقَدْ كَانَ فِى قَصَصِهِمْ عِبْرَةٌ لِّأُو۟لِى ٱلْأَلْبَٰبِ مَا كَانَ حَدِيثًا يُفْتَرَىٰ وَلَٰكِن تَصْدِيقَ ٱلَّذِى بَيْنَ يَدَيْهِ وَتَفْصِيلَ كُلِّ شَىْءٍ وَهُدًى وَرَحْمَةً لِّقَوْمٍ يُؤْمِنُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Mu vyo Twakwiganiye rero kuri kahise k’Intumwa zacu, harimwo inkebuzo ku bantu b’abanyabwenge. Qor’ani ntiyigeze iba amajambo y’irementanya, ariko Twayimanuye kugira ishimangire ibiri mu Bitabu vyamanuwe aho hambere yayo, inatomorere abantu ibirekuwe n’ibizira, iheze ibere uburongozi n’impuhwe abantu b’abemeramana.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70