قَالُوا۟ يَٰٓأَبَانَا مَا لَكَ لَا تَأْمَ۫نَّا عَلَىٰ يُوسُفَ وَإِنَّا لَهُۥ لَنَٰصِحُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiBamaze gupfundika uwo mugambi mubi, benewabo bavuze babwira se bati: “Da! Mbega ni kuki utatwizera kuri Yusufu, kandi twebwe mu vy’ukuri tumwumvira impuhwe, tukanamuhanura!;