caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Yunus, Verse 28

Mecca · revelation order 51 · 10:28

وَيَوْمَ نَحْشُرُهُمْ جَمِيعًا ثُمَّ نَقُولُ لِلَّذِينَ أَشْرَكُوا۟ مَكَانَكُمْ أَنتُمْ وَشُرَكَآؤُكُمْ فَزَيَّلْنَا بَيْنَهُمْ وَقَالَ شُرَكَآؤُهُم مَّا كُنتُمْ إِيَّانَا تَعْبُدُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Ibuka umusi Twebwe Allah Twegeranirije hamwe ibiremwa vyose kugira biharurirwe, vyongere bihembwe, hanyuma Tukabwira ababangikanyamana Duti: “Ubu rero murahagaritswe, mwebwe hamwe n’ibigirwamana vyanyu mwahora musenga”. Tuzoheza rero Dutandukanye ababangikanyamana n’ivyo basenga, maze ivyo basenga bibihakane, biteko bibabwire biti: “Eka si twebwe namba mwahora musenga kw’isi;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70