caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Yunus, Verse 2

Mecca · revelation order 51 · 10:2

أَكَانَ لِلنَّاسِ عَجَبًا أَنْ أَوْحَيْنَآ إِلَىٰ رَجُلٍ مِّنْهُمْ أَنْ أَنذِرِ ٱلنَّاسَ وَبَشِّرِ ٱلَّذِينَ ءَامَنُوٓا۟ أَنَّ لَهُمْ قَدَمَ صِدْقٍ عِندَ رَبِّهِمْ قَالَ ٱلْكَٰفِرُونَ إِنَّ هَٰذَا لَسَٰحِرٌ مُّبِينٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMbega biratangaje ku bantu, kuba Twebwe Allah Twaramanuriye Qor’ani umwe muri bo, Tukamubwiriza Duti: “Bagabishe ku bihano vy’Imana Allah, unashikirize abemeye Imana Allah n’Intumwa, inkuru nziza ibahumuriza ko Imana yabo Rurema Allah, Yabategekanirije indishi nziza ku vyiza bakoze”! Igihe Intumwa y’Imana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yashikiriza ivyo yahishuriwe, abagarariji barinamuye bavuga bati: “Mu vy’ukuri, uyu Muhamadi, ni ukuri ni umurozi yeruye”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70